Yohani 6:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntimukorere ibifungurwa bibora+, ahubwo mukorere ibifungurwa bigumaho ku bw’ubuzima budahera+, ivyo Umwana w’umuntu azobaha; kuko kuri uwo ari ho Data, Imana, yashize ikidodo c’ugushimwa+.”
27 Ntimukorere ibifungurwa bibora+, ahubwo mukorere ibifungurwa bigumaho ku bw’ubuzima budahera+, ivyo Umwana w’umuntu azobaha; kuko kuri uwo ari ho Data, Imana, yashize ikidodo c’ugushimwa+.”