Matayo 9:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Ariko Abafarizayo bavuga bati: “Umutware w’amadayimoni ni we amushoboza kwirukana amadayimoni+.” Mariko 3:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Vyongeye, abanditsi bari bamanutse bavuye i Yeruzalemu bariko bavuga bati: “Arimwo Beyezebuli, kandi yirukana amadayimoni biciye ku mutware w’amadayimoni+.”
22 Vyongeye, abanditsi bari bamanutse bavuye i Yeruzalemu bariko bavuga bati: “Arimwo Beyezebuli, kandi yirukana amadayimoni biciye ku mutware w’amadayimoni+.”