Luka 7:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Umwe mu Bafarizayo rero aguma amusaba gusangira na we ibifungurwa. Nuko yinjira mu nzu+ kwa nya Mufarizayo, hanyuma aja ku meza. Luka 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hanyuma umusi umwe, igihe yari yinjiye mu nzu y’umwe mu batware b’Abafarizayo kw’isabato gufungura+, bariko bamwitegereza bitonze+.
36 Umwe mu Bafarizayo rero aguma amusaba gusangira na we ibifungurwa. Nuko yinjira mu nzu+ kwa nya Mufarizayo, hanyuma aja ku meza.
14 Hanyuma umusi umwe, igihe yari yinjiye mu nzu y’umwe mu batware b’Abafarizayo kw’isabato gufungura+, bariko bamwitegereza bitonze+.