ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 12:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 “Ni co gituma ndababwiye nti: Igicumuro ico ari co cose n’ukurogota ukwo ari kwo kwose abantu bazobibabarirwa, mugabo uwurogota ku mpwemu ntazobibabarirwa+.

  • Mariko 3:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ariko uwo wese arogota ku mpwemu nyeranda ntazokwigera ababarirwa, ahubwo yagirwa n’igicumuro kidahera+.”

  • 1 Yohani 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Umuntu niyabona mwene wabo ariko aracumura igicumuro kitazana urupfu+, aze amusabire, na yo izomuha ubuzima+, egome, ku badacumura ku buryo bizana urupfu+. Hariho igicumuro kizana urupfu koko. Ku vyerekeye ico gicumuro ni ho ntamubwira gusaba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika