Matayo 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ariko nibabashengeza, ntimuze mwiganyire ku vy’ingene muzovuga canke ku vyo muzovuga; kuko ivyo muzovuga muzobihabwa muri iyo saha+; Mariko 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo igihe bazoba babashoreye ngo babashengeze, ntimuze mwiganyire imbere y’igihe ku vyo muzovuga+; mugabo ico muzohabwa cose muri iyo saha, kizobe ari co muvuga, kuko atazoba ari mwebwe muvuga, mugabo azoba ari impwemu nyeranda+. Luka 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko rero mwiyemeze mu mitima yanyu kutimenyereza imbere y’igihe ingene muzokwiburanira+,
19 Ariko nibabashengeza, ntimuze mwiganyire ku vy’ingene muzovuga canke ku vyo muzovuga; kuko ivyo muzovuga muzobihabwa muri iyo saha+;
11 Mugabo igihe bazoba babashoreye ngo babashengeze, ntimuze mwiganyire imbere y’igihe ku vyo muzovuga+; mugabo ico muzohabwa cose muri iyo saha, kizobe ari co muvuga, kuko atazoba ari mwebwe muvuga, mugabo azoba ari impwemu nyeranda+.