Yohani 18:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yezu yishura+ ati: “Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si+. Iyo ubwami bwanje buba ari ubwo muri iyi si, abasuku banje bari kurwana+ ngo sinshikirizwe Abayuda. Ariko noneho, ubwami bwanje ntibukomoka ino.” Ivyakozwe 7:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mugabo uwariko ararenganya mugenziwe, amushiburira nka hariya, avuga ati: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza kuri twebwe+?
36 Yezu yishura+ ati: “Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si+. Iyo ubwami bwanje buba ari ubwo muri iyi si, abasuku banje bari kurwana+ ngo sinshikirizwe Abayuda. Ariko noneho, ubwami bwanje ntibukomoka ino.”
27 Mugabo uwariko ararenganya mugenziwe, amushiburira nka hariya, avuga ati: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza kuri twebwe+?