Imigani 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntuje gushingisha urubanza gihutihuti, kugira ntihabe ikibazo c’ico uri bukore mu mpera yarwo, igihe mugenzawe azoba agutetereje+. Matayo 5:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Niwikiranure ningoga n’uwukwitwarira mukiri mu nzira, kugira nyene kukwitwarira+ ntagushire umucamanza, umucamanza na we akagushira umusuku wa sentare, maze ugatabwa mw’ibohero.
8 Ntuje gushingisha urubanza gihutihuti, kugira ntihabe ikibazo c’ico uri bukore mu mpera yarwo, igihe mugenzawe azoba agutetereje+.
25 “Niwikiranure ningoga n’uwukwitwarira mukiri mu nzira, kugira nyene kukwitwarira+ ntagushire umucamanza, umucamanza na we akagushira umusuku wa sentare, maze ugatabwa mw’ibohero.