Ivyakozwe 5:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Mu nyuma ziwe, Yuda Umunyagalilaya yarahagurutse mu misi ya kwa kwandikwa+, akwegera abantu inyuma yiwe. Yamara uyo mugabo yarapfuye, abamugamburukira bose na bo barashwiragira.
37 Mu nyuma ziwe, Yuda Umunyagalilaya yarahagurutse mu misi ya kwa kwandikwa+, akwegera abantu inyuma yiwe. Yamara uyo mugabo yarapfuye, abamugamburukira bose na bo barashwiragira.