-
Habakuki 3:17Bibiliya y’isi nshasha
-
-
17 Naho igiti c’umusukoni kitoshurika+, n’umwimbu ntuboneke ku mizabibu; naho igikorwa c’igiti c’umwelayo coba koko impfagusa, n’imikobeko ntiyimbuke ibifungurwa+; naho umukuku wohona koko mu ruhongore rw’ibitungwa, kandi mu ngo ntihabemwo ubusho+;
-