Abalewi 19:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “‘Kandi nimwinjira muri ca gihugu, hanyuma mugatera igiti ico ari co cose kiribwa, ivyamwa vyaco muze mubifate ko bihumanye, nk’aho ari “agashato*” kaco. Mu myaka itatu kizoguma ari ikitagenyereye kuri mwebwe. Ntigikwiye kuribwa.
23 “‘Kandi nimwinjira muri ca gihugu, hanyuma mugatera igiti ico ari co cose kiribwa, ivyamwa vyaco muze mubifate ko bihumanye, nk’aho ari “agashato*” kaco. Mu myaka itatu kizoguma ari ikitagenyereye kuri mwebwe. Ntigikwiye kuribwa.