ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Mugabo umusi ugira indwi ni isabato kuri Yehova Imana yawe+. Ntuze ukore igikorwa na kimwe+, wewe canke umuhungu wawe canke umukobwa wawe, canke umushumba wawe canke umushumbakazi wawe, canke ishūri yawe canke indogobwa yawe, canke igitungwa cawe ico ari co cose canke kavamahanga wawe ari mu marembo yawe+, kugira umushumba wawe n’umushumbakazi wawe baruhuke cokimwe nawe+.

  • Matayo 12:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 maze haza umugabo yanyunyutse ukuboko+! Nuko bamubaza bati: “Mbega biremewe gukiza kw’isabato?” Aho kwari ukugira ngo baronke ikirego bomurega+.

  • Mariko 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Bari bamureretse bitonze rero ngo barabe ko akiza nya mugabo kw’isabato, kugira ngo bamwagirize+.

  • Yohani 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ku bw’ivyo rero, Abayuda batangura guhama+ Yezu, kubera ko yariko akora ivyo bintu mu gihe c’Isabato.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika