Luka 14:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hanyuma ababwira ati: “Ni nde muri mwebwe hamwe umwana wiwe canke ishūri yiwe yogwa mw’iriba+, atoca buno nyene abikurayo ku musi w’isabato+?”
5 Hanyuma ababwira ati: “Ni nde muri mwebwe hamwe umwana wiwe canke ishūri yiwe yogwa mw’iriba+, atoca buno nyene abikurayo ku musi w’isabato+?”