Matayo 13:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Abaha ikindi kigereranyo, ati: “Ubwami bwo mw’ijuru bumeze nk’umwambiro+ umugore yafashe akawunyegeza mu ngero* zitatu nininini z’ifu, gushika igikandu cose gitutumvye.”
33 Abaha ikindi kigereranyo, ati: “Ubwami bwo mw’ijuru bumeze nk’umwambiro+ umugore yafashe akawunyegeza mu ngero* zitatu nininini z’ifu, gushika igikandu cose gitutumvye.”