Luka 7:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Umwe mu Bafarizayo rero aguma amusaba gusangira na we ibifungurwa. Nuko yinjira mu nzu+ kwa nya Mufarizayo, hanyuma aja ku meza. Luka 11:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Aho amariye kuvuga ivyo, Umufarizayo umwe amusaba gusangira+ na we ibifungurwa vyo ku mutaga. Nuko arinjira, aja ku meza.
36 Umwe mu Bafarizayo rero aguma amusaba gusangira na we ibifungurwa. Nuko yinjira mu nzu+ kwa nya Mufarizayo, hanyuma aja ku meza.
37 Aho amariye kuvuga ivyo, Umufarizayo umwe amusaba gusangira+ na we ibifungurwa vyo ku mutaga. Nuko arinjira, aja ku meza.