Zaburi 37:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Umubisha aguma areretse umugororotsi+,Akarondera kumwica+. Yeremiya 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko numvise inkuru mbi ya benshi+. Irya n’ino hari ivutu. “Nimubivuge, kugira ngo tuvuge ivyiwe+.” Abantu buntu* bose bambwira bati: “Amahoro!”—bareretse ko nocumbagira+, bakavuga bati: “Hari aho yohendeka+, natwe tukamunesha, tukamwihora.”
10 Kuko numvise inkuru mbi ya benshi+. Irya n’ino hari ivutu. “Nimubivuge, kugira ngo tuvuge ivyiwe+.” Abantu buntu* bose bambwira bati: “Amahoro!”—bareretse ko nocumbagira+, bakavuga bati: “Hari aho yohendeka+, natwe tukamunesha, tukamwihora.”