Matayo 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 maze haza umugabo yanyunyutse ukuboko+! Nuko bamubaza bati: “Mbega biremewe gukiza kw’isabato?” Aho kwari ukugira ngo baronke ikirego bomurega+. Luka 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze Yezu ababwira ati: “Ndababajije: Vyoba vyemewe kw’isabato gukora iciza+ canke gukora ikibi, gukiza ubuzima canke kubukuraho+?” Luka 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ariko Umukama aramwishura ati: “Mwa biyorobetsi+ mwe, mbega umwe wese muri mwebwe kw’isabato ntazitura ishūri yiwe canke indogobwa yiwe mu ruhongore akayishora ku mazi+? Yohani 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nimba umuntu agenyerwa kw’isabato kugira ngo itegeko rya Musa ntirirengwe, mungiriye ishavu rirerire kubera ko nakijije umuntu kw’isabato+?
10 maze haza umugabo yanyunyutse ukuboko+! Nuko bamubaza bati: “Mbega biremewe gukiza kw’isabato?” Aho kwari ukugira ngo baronke ikirego bomurega+.
9 Maze Yezu ababwira ati: “Ndababajije: Vyoba vyemewe kw’isabato gukora iciza+ canke gukora ikibi, gukiza ubuzima canke kubukuraho+?”
15 Ariko Umukama aramwishura ati: “Mwa biyorobetsi+ mwe, mbega umwe wese muri mwebwe kw’isabato ntazitura ishūri yiwe canke indogobwa yiwe mu ruhongore akayishora ku mazi+?
23 Nimba umuntu agenyerwa kw’isabato kugira ngo itegeko rya Musa ntirirengwe, mungiriye ishavu rirerire kubera ko nakijije umuntu kw’isabato+?