Imigani 29:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umuntu akunda ubukerebutsi anezereza se+, mugabo uwugiranira ubugenzi n’abamaraya yonona ibintu vy’agaciro+. Luka 15:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo uyo muhungu wawe+ yamariye mu bamaraya+ uburyo ufise bwo kubaho, yabaye agishika uca umubagira ca kimasa cadoheshejwe+.’
3 Umuntu akunda ubukerebutsi anezereza se+, mugabo uwugiranira ubugenzi n’abamaraya yonona ibintu vy’agaciro+.
30 Mugabo uyo muhungu wawe+ yamariye mu bamaraya+ uburyo ufise bwo kubaho, yabaye agishika uca umubagira ca kimasa cadoheshejwe+.’