Matayo 26:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Mugabo Petero aguma amukurikira agendera kure gushika mu rugo+ rw’umuherezi mukuru, hanyuma amaze kwinjira, yicarana n’abasuku bo mu rugo ngo arabe ikivamwo+. Mariko 14:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Mugabo Petero amukurikira+ agendera kure, gushika mu rugo rw’umuherezi mukuru; yicarana n’abasuku bo mu rugo ariko yota agacanwa kabengagira. Luka 22:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Maze baramufata baramujana+, bamwinjiza mu nzu y’umuherezi mukuru+; mugabo Petero yagenda arakurikira ari nka hariya+.
58 Mugabo Petero aguma amukurikira agendera kure gushika mu rugo+ rw’umuherezi mukuru, hanyuma amaze kwinjira, yicarana n’abasuku bo mu rugo ngo arabe ikivamwo+.
54 Mugabo Petero amukurikira+ agendera kure, gushika mu rugo rw’umuherezi mukuru; yicarana n’abasuku bo mu rugo ariko yota agacanwa kabengagira.
54 Maze baramufata baramujana+, bamwinjiza mu nzu y’umuherezi mukuru+; mugabo Petero yagenda arakurikira ari nka hariya+.