Matayo 26:69 Bibiliya y’isi nshasha 69 Petero yari yicaye hanze mu rugo; umusukukazi umwe aza amugana, avuga ati: “Na wewe wari kumwe na Yezu Umunyagalilaya+!” Mariko 14:66 Bibiliya y’isi nshasha 66 Igihe Petero yari hepfo mu rugo, umwe mu basukukazi b’umuherezi mukuru araza+,
69 Petero yari yicaye hanze mu rugo; umusukukazi umwe aza amugana, avuga ati: “Na wewe wari kumwe na Yezu Umunyagalilaya+!”