Matayo 27:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yezu ahagarara imbere ya buramatari; buramatari amubaza iki kibazo, ati: “Wewe uri umwami w’Abayuda+?” Yezu yishura ati: “Wewe ubwawe urabivuze+.” Yohani 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 rifata amashami y’ibigazi+, baja kumusanganira. Batangura gusemerera+ bati: “Kiza, turagutakambiye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+, egome, umwami+ wa Isirayeli!”
11 Yezu ahagarara imbere ya buramatari; buramatari amubaza iki kibazo, ati: “Wewe uri umwami w’Abayuda+?” Yezu yishura ati: “Wewe ubwawe urabivuze+.”
13 rifata amashami y’ibigazi+, baja kumusanganira. Batangura gusemerera+ bati: “Kiza, turagutakambiye+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+, egome, umwami+ wa Isirayeli!”