ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 16:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “Ariko azotegeka ko batwara hanze y’ikambi ya shūri y’ishikanwa ry’igicumuro na ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro, amaraso yazo zompi akaba yazanywe ku bwo gutanga impongano ahantu heranda. Baze baturire mu muriro inshato zazo n’inyama zazo n’amayezi yazo+.

  • Abaheburayo 13:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ni co gituma na Yezu, kugira ngo yezeshe+ abantu amaraso+ yiwe bwite, yababarijwe inyuma y’irembo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika