Matayo 27:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Bamaze kumumanika+, bagabura impuzu ziwe zo hejuru+ mu gupfinda ubupfindo+, Mariko 15:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Hanyuma baramumanika, baraheza bagabura impuzu ziwe zo hejuru+ mu kuzipfindirako ubupfindo kugira bamenye ico umuntu wese atwara+. Luka 23:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 [[Mugabo Yezu yariko avuga ati: “Data, bababarire+, kuko batazi ico bariko barakora.”]] Vyongeye, mu kugabura ivyambarwa vyiwe, bagira ubupfindo+.
24 Hanyuma baramumanika, baraheza bagabura impuzu ziwe zo hejuru+ mu kuzipfindirako ubupfindo kugira bamenye ico umuntu wese atwara+.
34 [[Mugabo Yezu yariko avuga ati: “Data, bababarire+, kuko batazi ico bariko barakora.”]] Vyongeye, mu kugabura ivyambarwa vyiwe, bagira ubupfindo+.