ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 104:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Uhishije mu maso hawe, bihagarika umutima+.

      Utwaye impwemu yavyo, biracikana+,

      Bigasubira mu mukungugu wavyo+.

  • Yesaya 53:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ku bw’iyo mvo, nzomuha umugabane muri benshi+, kandi azogabanganya isahu kumwe n’abanyabushobozi+, kubera ko yasutse ubuzima bwiwe gushika ku rupfu+, agaharurwa mu bagabitanya+; kandi ubwiwe yiremetse igicumuro c’abantu benshi+, aja hagati ku bw’abagabitanya+.

  • Matayo 27:50
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 50 Yezu yongera gusemerera n’ijwi rirenga, aca aracikana+.

  • Mariko 15:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Mugabo Yezu araboroga n’ijwi rirenga, aca aracikana+.

  • Luka 23:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 Hanyuma Yezu arahamagara n’ijwi rirenga, ati: “Data, mu maboko yawe ni ho nshize impwemu yanje+.” Amaze kuvuga ivyo, aracikana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika