Yohani 16:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Na mwebwe rero, ubu koko muri n’intuntu; mugabo nzokwongera kubabona kandi imitima yanyu izonezerwa+, kandi akanyamuneza kanyu nta n’umwe azokabaka.
22 Na mwebwe rero, ubu koko muri n’intuntu; mugabo nzokwongera kubabona kandi imitima yanyu izonezerwa+, kandi akanyamuneza kanyu nta n’umwe azokabaka.