Yohani 11:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Toma rero, uwitwa Hasa, abwira abigishwa bagenziwe ati: “Ingo natwe tugende, dupfane na we+.” Yohani 20:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo Toma+, uwo muri bamwe cumi na babiri, uwitwa Hasa, ntiyari kumwe na bo igihe Yezu yaza.