Yohani 1:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Filipo arondera Natanayeli+, amubwira ati: “Twabonye umwe Musa yandika ivyiwe mw’Itegeko+, n’Abahanuzi+ bakavyandika, ari we Yezu, wa mwana wa Yozefu+, w’i Nazareti.”
45 Filipo arondera Natanayeli+, amubwira ati: “Twabonye umwe Musa yandika ivyiwe mw’Itegeko+, n’Abahanuzi+ bakavyandika, ari we Yezu, wa mwana wa Yozefu+, w’i Nazareti.”