Yohani 5:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Mugabo jewe ndafise intahe iruta iya Yohani, kuko ibikorwa nyene Dawe yanshinze kurangura, ibikorwa ubwavyo nkora+, binshingira intahe yuko Data yantumye.
36 Mugabo jewe ndafise intahe iruta iya Yohani, kuko ibikorwa nyene Dawe yanshinze kurangura, ibikorwa ubwavyo nkora+, binshingira intahe yuko Data yantumye.