ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 14:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 ya mpwemu y’ukuri+, iyo isi idashobora kuronka+, kuko itayibona canke ngo iyimenye. Mwebwe murayizi, kuko igumana namwe kandi ikaba iri muri mwebwe+.

  • Abaroma 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 kugira ngo igisabwa kigororotse c’Itegeko kirangukire+ muri twebwe abatagenda bisunga umubiri, ahubwo bagenda bisunga impwemu+.

  • 2 Abakorinto 4:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 mu gihe tugumiza amaso yacu, atari ku biboneka, ahubwo ku bitaboneka+. Kuko ibiboneka ari ivy’igihe gito+, mugabo ibitaboneka bikaba ivy’ibihe bidahera+.

  • 2 Abakorinto 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 kuko tugenda twisunga ukwizera, tutisunga ibiboneka+.

  • Abafilipi 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko ari twe dufise ukugenyerwa nyakwo+, twebwe abariko barakora igikorwa ceranda babihawe n’impwemu y’Imana+, tukaba twirata muri Kristu Yezu+ tukaba kandi tutizigira umubiri+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika