ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 24:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Ubu rero nimutinye Yehova+ mwongere mumukorere ata mahinyu no mu kuri+, kandi mukureho imana ba sogokuruza banyu bakorera hakurya ya rwa Ruzi no mu Misiri+, maze mukorere Yehova.

  • 1 Samweli 12:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Gusa mutinye+ Yehova, kandi mumukorere mu kuri, n’umutima wanyu wose+; kuko raba ibintu bikomeye yabakoreye+.

  • Zaburi 25:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Nutume ngendera mu kuri kwawe kandi unyigishe+,

      Kuko uri Imana y’ubukiriro bwanje+.

      ו [Vau]

      Ni wewe nizigiye burinda bwira+.

  • Zaburi 86:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nyigisha inzira yawe, ewe Yehova+!

      Nzogendera mu kuri kwawe+.

      Egeranya umutima wanje kugira ntinye izina ryawe+.

  • Mariko 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Bansengera ubusa, kuko inyigisho bigisha ari amabwirizwa y’abantu+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika