Ezekiyeli 16:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 “‘Nzokoranya abagizwe imbohe babo+, abagizwe imbohe ba Sodomu be n’ab’ibisagara bihakukira, be n’abagizwe imbohe ba Samariya be n’ab’ibisagara bihakukira; nzokoranya kandi abagizwe imbohe bawe hagati muri bo+, Abaroma 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ukwizera rero kuva ku co umuntu yumvise+. Ico umuntu yumvise na co kizanwa n’ijambo ryerekeye Kristu+.
53 “‘Nzokoranya abagizwe imbohe babo+, abagizwe imbohe ba Sodomu be n’ab’ibisagara bihakukira, be n’abagizwe imbohe ba Samariya be n’ab’ibisagara bihakukira; nzokoranya kandi abagizwe imbohe bawe hagati muri bo+,
17 Ukwizera rero kuva ku co umuntu yumvise+. Ico umuntu yumvise na co kizanwa n’ijambo ryerekeye Kristu+.