Yohani 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko igihe yari i Yeruzalemu kuri pasika, ku musi mukuru wayo+, abantu benshi barizera izina ryiwe+, babonye ibimenyetso yariko arakora+.
23 Ariko igihe yari i Yeruzalemu kuri pasika, ku musi mukuru wayo+, abantu benshi barizera izina ryiwe+, babonye ibimenyetso yariko arakora+.