Matayo 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze Yezu abwira ya ntwazangabo ati: “Genda. Nibikubere nk’uko wizeye+.” Kandi nya musuku yakize kuri iyo saha. Mariko 7:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Aca amubwira ati: “Ko uvuze ivyo, genda; ya dayimoni yavuye mu mukobwa wawe+.”
13 Maze Yezu abwira ya ntwazangabo ati: “Genda. Nibikubere nk’uko wizeye+.” Kandi nya musuku yakize kuri iyo saha.