Mariko 7:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko aragenda i muhira, asanga+ wa mwana mutoyi aryamye ku gitanda, ya dayimoni na yo yamuvuyemwo.
30 Nuko aragenda i muhira, asanga+ wa mwana mutoyi aryamye ku gitanda, ya dayimoni na yo yamuvuyemwo.