Matayo 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ariko kugira mumenye yuko Umwana w’umuntu afise ububasha kw’isi bwo kubabarira ibicumuro+...,” maze abwira nya kimuga ati: “Haguruka, tora igitanda cawe witahire+.” Mariko 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ndabikubwiye: Haguruka, tora inderuzo yawe witahire+.” Luka 5:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo kugira mumenye yuko Umwana w’umuntu afise ububasha kw’isi bwo kubabarira ibicumuro...” abwira nya muntu amugaye ati: “Ndabikubwiye: Haguruka, utore agatanda kawe witahire+.” Ivyakozwe 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Aca amufata ukuboko kw’ukuryo+, aramuhagurutsa. Ako kanya nyene ibirenge vyiwe n’amaso y’ibirenge vyiwe birakomera+;
6 Ariko kugira mumenye yuko Umwana w’umuntu afise ububasha kw’isi bwo kubabarira ibicumuro+...,” maze abwira nya kimuga ati: “Haguruka, tora igitanda cawe witahire+.”
24 Mugabo kugira mumenye yuko Umwana w’umuntu afise ububasha kw’isi bwo kubabarira ibicumuro...” abwira nya muntu amugaye ati: “Ndabikubwiye: Haguruka, utore agatanda kawe witahire+.”
7 Aca amufata ukuboko kw’ukuryo+, aramuhagurutsa. Ako kanya nyene ibirenge vyiwe n’amaso y’ibirenge vyiwe birakomera+;