Yohani 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ku musi Yezu yakora nya tubumba agahumura amaso yiwe+, hari kw’Isabato+.