2 Abami 4:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Amaherezo arurira hanyuma aryama kuri nya mwana+; ashira umunwa wiwe ku munwa wa nya mwana n’amaso yiwe ku maso ya nya mwana n’ibiganza vyiwe ku biganza vya nya mwana, aguma yubaraye kuri we; maze umubiri wa nya mwana buhorobuhoro urasusuruka. Abaheburayo 11:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Abagore bararonse abapfuye babo biciye kw’izuka+; mugabo abandi bantu barasinzikarijwe ubuzima kuko batemera kubohorwa biciye ku ncungu kanaka, kugira ngo bashikire izuka ryiza kuruta.
34 Amaherezo arurira hanyuma aryama kuri nya mwana+; ashira umunwa wiwe ku munwa wa nya mwana n’amaso yiwe ku maso ya nya mwana n’ibiganza vyiwe ku biganza vya nya mwana, aguma yubaraye kuri we; maze umubiri wa nya mwana buhorobuhoro urasusuruka.
35 Abagore bararonse abapfuye babo biciye kw’izuka+; mugabo abandi bantu barasinzikarijwe ubuzima kuko batemera kubohorwa biciye ku ncungu kanaka, kugira ngo bashikire izuka ryiza kuruta.