Yohani 3:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Se arakunda+ Umwana kandi yashize ibintu vyose mu kuboko kwiwe+. Abafilipi 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo mw’izina rya Yezu ivi ryose ripfunywe, ry’abari mw’ijuru n’abari kw’isi n’abari munsi y’ivu+,
10 kugira ngo mw’izina rya Yezu ivi ryose ripfunywe, ry’abari mw’ijuru n’abari kw’isi n’abari munsi y’ivu+,