Yohani 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko Se ata n’umwe acira urubanza, mugabo uguca imanza kwose yagushikirije Umwana+, 2 Timoteyo 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ndagutegetse nshimitse imbere y’Imana na Kristu Yezu, umwe abwirizwa kuzocira imanza+ abazima n’abapfuye+, kandi biciye ku kwigaragaza kwiwe+ n’ubwami bwiwe+,
4 Ndagutegetse nshimitse imbere y’Imana na Kristu Yezu, umwe abwirizwa kuzocira imanza+ abazima n’abapfuye+, kandi biciye ku kwigaragaza kwiwe+ n’ubwami bwiwe+,