Yohani 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yezu abishura ati: “Naho nishingira intahe koko, intahe+ yanje ni iy’ukuri, kuko nzi iyo navuye n’iyo ndiko ndaja+. Mugabo mwebwe ntimuzi iyo navuye n’iyo ndiko ndaja.
14 Yezu abishura ati: “Naho nishingira intahe koko, intahe+ yanje ni iy’ukuri, kuko nzi iyo navuye n’iyo ndiko ndaja+. Mugabo mwebwe ntimuzi iyo navuye n’iyo ndiko ndaja.