Yohani 11:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Nari nzi koko yuko wama unyumva; mugabo mvuze ku bw’isinzi+ rihagaze hano, kugira ngo bemere yuko wantumye+.”
42 Nari nzi koko yuko wama unyumva; mugabo mvuze ku bw’isinzi+ rihagaze hano, kugira ngo bemere yuko wantumye+.”