Matayo 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Impumyi zirongera kubona+, abacumbagira+ baragenda, abanyamibembe+ barahumanurwa, ibipfamatwi+ birumva, abapfuye+ barazurwa, n’aboro baramenyeshwa inkuru nziza+; Yohani 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Uwo yaje kuri we mw’ijoro+, amubwira ati: “Rabi+, turazi yuko uri umwigisha+ yavuye ku Mana+; kuko ata muntu ashobora gukora ivyo bimenyetso+ ukora Imana itari kumwe na we+.” Yohani 7:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mugabo benshi muri iryo sinzi baramwizera+; hanyuma batangura kuvuga bati: “Kristu niyashika, mugira ngo azokora ibimenyetso+ biruta ivyo uyu muntu yakoze?” Yohani 10:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yezu abishura ati: “Nababwiye yamara ntimwemera. Ibikorwa nkora mw’izina rya Dawe, ni vyo binshingira intahe+.
5 Impumyi zirongera kubona+, abacumbagira+ baragenda, abanyamibembe+ barahumanurwa, ibipfamatwi+ birumva, abapfuye+ barazurwa, n’aboro baramenyeshwa inkuru nziza+;
2 Uwo yaje kuri we mw’ijoro+, amubwira ati: “Rabi+, turazi yuko uri umwigisha+ yavuye ku Mana+; kuko ata muntu ashobora gukora ivyo bimenyetso+ ukora Imana itari kumwe na we+.”
31 Mugabo benshi muri iryo sinzi baramwizera+; hanyuma batangura kuvuga bati: “Kristu niyashika, mugira ngo azokora ibimenyetso+ biruta ivyo uyu muntu yakoze?”
25 Yezu abishura ati: “Nababwiye yamara ntimwemera. Ibikorwa nkora mw’izina rya Dawe, ni vyo binshingira intahe+.