Gusubira mu vyagezwe 31:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Muze mufate iki gitabu c’itegeko+, mugishire iruhande y’isandugu+ y’isezerano rya Yehova Imana yanyu, kandi ng’aho kize kibe icabona kikwagiriza+. Yohani 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 None Musa ntiyabahaye Itegeko+? Mugabo nta n’umwe muri mwebwe agamburuka Itegeko. Kubera iki murondera kunyica+?” Abaroma 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nk’akarorero, abo bose bacumuye ata tegeko bazopfa ata tegeko nyene+; mugabo abo bose bacumuye bagabwa n’itegeko+ bazocirwa urubanza n’itegeko+.
26 “Muze mufate iki gitabu c’itegeko+, mugishire iruhande y’isandugu+ y’isezerano rya Yehova Imana yanyu, kandi ng’aho kize kibe icabona kikwagiriza+.
19 None Musa ntiyabahaye Itegeko+? Mugabo nta n’umwe muri mwebwe agamburuka Itegeko. Kubera iki murondera kunyica+?”
12 Nk’akarorero, abo bose bacumuye ata tegeko bazopfa ata tegeko nyene+; mugabo abo bose bacumuye bagabwa n’itegeko+ bazocirwa urubanza n’itegeko+.