Luka 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yohani arishura, abwira bose ati: “Jeho ndababatirisha amazi; mugabo uwukomeye kundusha ariko araza, kandi umugozi w’inkweto* ziwe ntibimbereye kuwupfundurura+. Azobabatirisha impwemu nyeranda n’umuriro+. Yohani 8:58 Bibiliya y’isi nshasha 58 Yezu ababwira ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Imbere y’uko Aburahamu abaho, jewe nariho+.” Abakolosayi 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Vyongeye, ni uw’imbere y’ibindi bintu vyose+, kandi biciye kuri we ni ho ibindi bintu vyose vyabeshejweho+,
16 Yohani arishura, abwira bose ati: “Jeho ndababatirisha amazi; mugabo uwukomeye kundusha ariko araza, kandi umugozi w’inkweto* ziwe ntibimbereye kuwupfundurura+. Azobabatirisha impwemu nyeranda n’umuriro+.
17 Vyongeye, ni uw’imbere y’ibindi bintu vyose+, kandi biciye kuri we ni ho ibindi bintu vyose vyabeshejweho+,