Matayo 26:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Maze aza kuri ba bigishwa, ababwira ati: “Mbega mu gihe nk’iki muriko murisinzirira mwongera mwiruhukira! Ehe isaha iregereje y’uko Umwana w’umuntu agaburwa mu maboko y’abacumuzi+.
45 Maze aza kuri ba bigishwa, ababwira ati: “Mbega mu gihe nk’iki muriko murisinzirira mwongera mwiruhukira! Ehe isaha iregereje y’uko Umwana w’umuntu agaburwa mu maboko y’abacumuzi+.