Matayo 21:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Barondera kumufata, mugabo batinya amasinzi kubera ko ano yamufata nk’umuhanuzi+. Luka 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ubwoba+ buca burabatekera bose, batangura kuninahaza Imana, bavuga bati: “Umuhanuzi akomeye+ yahagurukijwe muri twebwe,” kandi bati: “Imana yitayeho abantu bayo+.” Yohani 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nya bantu rero ngo babone ibimenyetso akora, batangura kuvuga bati: “Ni ukuri uyu ni wa muhanuzi+ yabwirizwa kuza mw’isi.” Yohani 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Bamwe mu Bafarizayo batangura rero kuvuga bati: “Uyu si umuntu ava ku Mana, kuko atubahiriza Isabato+.” Abandi batangura kuvuga bati: “Umuntu w’umucumuzi ashobora gute gukora ibimenyetso+ mwene ivyo?” Nuko haba ukwicamwo ibice+ hagati yabo.
16 Ubwoba+ buca burabatekera bose, batangura kuninahaza Imana, bavuga bati: “Umuhanuzi akomeye+ yahagurukijwe muri twebwe,” kandi bati: “Imana yitayeho abantu bayo+.”
14 Nya bantu rero ngo babone ibimenyetso akora, batangura kuvuga bati: “Ni ukuri uyu ni wa muhanuzi+ yabwirizwa kuza mw’isi.”
16 Bamwe mu Bafarizayo batangura rero kuvuga bati: “Uyu si umuntu ava ku Mana, kuko atubahiriza Isabato+.” Abandi batangura kuvuga bati: “Umuntu w’umucumuzi ashobora gute gukora ibimenyetso+ mwene ivyo?” Nuko haba ukwicamwo ibice+ hagati yabo.