Yohani 5:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Sinemera ubuninahazwa buva ku bantu+, Yohani 8:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Mugabo sindiko nironderera ubuninahazwa+; hariho Umwe abundonderera kandi agaca urubanza+.