Matayo 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo Abafarizayo barasohoka, baja inama yo kumwica+. Mariko 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Abafarizayo baca barasohoka, buno nyene batangura kumugira inama bari kumwe n’abanywanyi b’umugambwe wa Herodi+ kugira bamwice+.
6 Abafarizayo baca barasohoka, buno nyene batangura kumugira inama bari kumwe n’abanywanyi b’umugambwe wa Herodi+ kugira bamwice+.