Mariko 11:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze abakuru b’abaherezi n’abanditsi baravyumva, baca batangura kurondera ingene bomwica+; kuko bamutinya kubera ko isinzi ryose ryaguma rijorezwa n’inyigisho yiwe+. Luka 19:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Ikigeretseko, yarigisha ku musi ku musi mu rusengero. Mugabo abakuru b’abaherezi n’abanditsi n’abantu bakurubakuru bo muri ico gisata bariko barondera kumwica+;
18 Maze abakuru b’abaherezi n’abanditsi baravyumva, baca batangura kurondera ingene bomwica+; kuko bamutinya kubera ko isinzi ryose ryaguma rijorezwa n’inyigisho yiwe+.
47 Ikigeretseko, yarigisha ku musi ku musi mu rusengero. Mugabo abakuru b’abaherezi n’abanditsi n’abantu bakurubakuru bo muri ico gisata bariko barondera kumwica+;