Yohani 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko igihe yari i Yeruzalemu kuri pasika, ku musi mukuru wayo+, abantu benshi barizera izina ryiwe+, babonye ibimenyetso yariko arakora+. Yohani 8:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ariko avuga ivyo bintu, benshi baramwizera+. Yohani 10:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Nuko ng’aho, benshi baramwizera+. Yohani 11:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Nuko rero, benshi mu Bayuda bari baje kwa Mariya kandi bakabona ivyo Yezu akoze, baramwizera+;
23 Ariko igihe yari i Yeruzalemu kuri pasika, ku musi mukuru wayo+, abantu benshi barizera izina ryiwe+, babonye ibimenyetso yariko arakora+.