Mika 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Emwe, azohagarara aragire umukuku mu nkomezi za Yehova+, mu bukuru bw’izina rya Yehova Imana yiwe+. Bazoguma baba ng’aho+, kuko ico gihe azoba uwuhambaye gushika ku mpera z’isi+. Yohani 11:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Ku bw’ivyo rero abakuru b’abaherezi n’Abafarizayo bakoraniriza hamwe Inama Nkuru*+ hanyuma batangura kuvuga bati: “Mbega dukore iki, ko uyu muntu akora ibimenyetso vyinshi+?
4 “Emwe, azohagarara aragire umukuku mu nkomezi za Yehova+, mu bukuru bw’izina rya Yehova Imana yiwe+. Bazoguma baba ng’aho+, kuko ico gihe azoba uwuhambaye gushika ku mpera z’isi+.
47 Ku bw’ivyo rero abakuru b’abaherezi n’Abafarizayo bakoraniriza hamwe Inama Nkuru*+ hanyuma batangura kuvuga bati: “Mbega dukore iki, ko uyu muntu akora ibimenyetso vyinshi+?